sign up! webstats forums guestbooks calendars

Livre d'or de BUJUMBURA News

Write message
Name *: E-mail *:
Homepage: Location *:
Message *:
BB-Code:
 
  All fields with a "*" must be filled out!
Page: < 1, 2, 3, 4, 5, 6, 7 >
Entries: 123
19.10.2011 10:29, Alex Fred from Finilande E-mail :
Mbega ko mwavuga ko aba Hutu bararenganijwe ? Ko tubona baguma bicwa . Na ba Tusti bakibica ?
Ihibambe we . Mbona mwamaranye . Muri benshi ubutegetsi ntibuzobakwira ?

07.10.2011 09:45, Jean-Marie from BURUNDI E-mail Homepage :
N'ukuri abarundi mwari mukwiye kumenya icintambara ivyara, twamaze imyaka myinshi muntambara muga twarabonye abayitanguye sibo bayosozereye, abana bigihugu turakwiye kudahendwa naba nsumirinda, ngo twongere kwicana ataco dupfa, akarorero ntikari kure: mwitegereze abasirikare b'Uburundi imbere yo guhagarika intambara aho bahuriye kwari ugutabagurana muga ubu usanga abahora mwishamba nabari aba Leta basigaye aribo ari abagenzi ubu bamaranira imanza nk'incuti. Namwe muziga gutwara arukwo mufashe umuheto twarabahinyuye, harumugani baca uvuga ngo wirukana umugore umuhoye gusura uwuzanye ugasanga we nibinya.

21.09.2011 07:41, LONGIN from Burundi E-mail :
Abanyapolitique nibahebe ubwicanyi n'ugushihana ariko baze dufatane mu nda twubake igihugu ciza imana yaduhaye!
Aya maraso yabarundi mbega bazi ko hatazogera igihe akababazwa? Imana niyo yavuze ngo: Barabikora nkihorera bakagira ngo ntavyo mbona!

19.09.2011 13:11, CAHUNJA from BURUNDI E-mail Homepage :
Ndasavye Umukuru w'igihugu yihutire gutora umuti w'izi ngorane igihugu cacu kirimwo,na cane cane umutekano muke urangwa mu Burundi.
Egera abari mu migambwe yindi na cane cane iyitavuga rumwe na Leta, baganire batorere umuti hamwe, batumire amashirahamwe yigenga aterere, yongere ahagarike ubwicanyi bugirwa n'abapolisi bamwe bamwe bigize intakorwako, bahanwe, kandi abibutse igikorwa bashinzweko ari ugukingira abanyagihugu, bafashe inkozi y'ikibi,ntibacishe ku buhomba ariko babashikirize Ubutungane kuko igihano co gupfa carafuswe, abo nabo bakorera iperereza bibukeko aho bari hari abandi ariko barahavuye, ejo canke hirya y'ejo tuzobibabaza, kandi bazodusigurira kuko Igihugu si icana, Igihugu si abana.Bitonde rero aha turi kwisi, ivyo dukora vyose Imana irabibona, ntawuyihenda.

14.09.2011 06:33, Nzambimana from Burundi :
Nashaka kubabaza ico muriko mukora ubu kugira igihugu kive mukaga kirimwo kuko ubu ibintu biriko biraba biteye ubwoba, abantu bagandagugwa ku musi ku musi bitwaza ngo bishe inkozi zikibi zitwajeje ibigwanisho kandi twari tuziko umuntu naho yoba ari umwicanyi atari uwo kwicwa kubera igihano co gupfa cafutswe.

08.09.2011 15:38, mutoni from burundi E-mail :
Ibihe vyarahindutse. Nibaza ko ivyabaye muri 72,88,93....vyari bikwiye kubabera isomo. Igihugu si icana. Mbega murazi inguvu Rwasa yari afise muri 2006 ariko zamupfuyeko ubusa? Ubu ni umu inapte au combat. None yihoye iki? Yaco musuka abana bigihugu mubashora kumbugita namwe mwibereye i buraya!!! Twarabahinyuye!!!

07.09.2011 12:54, Nikwigize Mariam from Burundi E-mail :
Courage quoi qu'il vous en coûte!


07.09.2011 07:46, PATRICK from RWANDA E-mail :
BONJOUR!
j'aime consulter votre site comme je le fais aussi pour d'autres!
consulter les sites internets c'est une nécessite pour toute personne éprise de curiosité scientifique et qui souhaite etre au courant de ce qui se passe dans notre monde!! il appartient à chaque de tout lecteur de juger de l'objectivité ou de la subjectivité des informations lues!
De mon coté, je ne cesserai d'ouvrir votre site pour etre au courant de ce qui se passe dans notre pays!
merci et bonne journée!

26.08.2011 07:22, irakoze from burundi E-mail :
Abashaka kurwanya ubutegetsi turihenda kuko bwemewe n'abanyagihugu benshi; naje muri abo baburwanya narimwo ariko mbona umengo ntibizoshoboka kuko abanyagihugu tuvuganye bose ngo bazorwanira umugambwe CNDD-FDD ngo barindiriye gusa ko ingwano itangura ,ngo niho bazoca baronka ibirwanisho mu gihugu cose; hamwe bobironka twebe nivyo turi bake twoca duhona;ndabasavye rero ntihagire uwuhirahira ngo agomba gutembagaza Leta akoresheje umuheto kuko abarundi bo muri ADC bosanga bose bahonye! A bon entendeur salut!! Turabasavye ntimuturohe muri izo ntambwe! Uwutabazi arababarirwa!!BOTUMARA NI UKURI!!!!!

24.08.2011 07:32, ndayishimiye from burundi E-mail :
votre site est trop incendiaire. Ne chercher pas a nous tromper, nous sommes politiquement murs nous les barundi, celui qui ne se présentera pas aux élection ne pourra pas prétendre être président de la république,détromper vous. IVYO MWANDIKA VYO NI UGUTA UMWANYA ABARUNDI TWARABAHINYUYE, mugabo je vous souhaite bon courage!!!!!!!!!!!!!!!!! murapfa nabi!!!!!

23.08.2011 09:27, Nahayo Jeanne from canada E-mail :
Slt,

Maze imisi ndaba votre compteur.

Avec plus de 12.000 visiteurs par jour mwari mukwiye kugurura une page ya publicité ça pourrait vous être bénéfique.

Deuxièmement, il faut balancer les news mugashirako nivyo aba pro gouvernementaux bavuga.

Merci,
De la part d'une lectrice qui adore BUJUMBURA news et plus particulièrement Richard.
Bz.

20.08.2011 22:34, Rukundo Emmanuel from Burundi E-mail :
Je crois que Ciramunda n'a pas de qualite politique. J'ai vecu le Burundi plusieurs années et je vu pas mal de politiciens mais vraiment soyez serieux, Ciramunda ne sait meme pas sa definition. Combien de fois Mr Ciramunda as-tu negocier avec les leaders sur la question du Burundi. Tu as seulement eu des reves de semer la haine entre les Burundais tout en utilisant les armes car, personellement tu n'as aucun autre moyen ce qui montre que tu n'as pas d'idees pour etre le leader du pays sauf la dictature. Et bien contactez les Burundais, personne ne te connait!!! Qui veux-tu etre son preseident? Mais je te comprend! Tu n'as que la guerre sur les sites seulement. Courage!!!

20.08.2011 12:32, HATEGEKIMANA from Burundi E-mail Homepage :
Je ne comprend pas pourquoi on s'attaque souvent a M.CIRAMUNDA. Ce dernier est un patriotes qui a fait ses preuves depuis plus 17 ans. Je le connais bien et il n'a pas change d'un iota. C'est vrai qu'aujourd'hui il a plus de moyens pour mener a bien son combat. Je ne fais que louer son action et lui souhaite bonne chance dans sa lutte.

Bien évidement ça fait des jaloux. Ceux qui se cloitrent devant leur PC en écrivant des sottises sur lui au lieu de le rejoindre me font pitié. C'est pathétique !!!

Vive le M.N.B.
Hasta la victoria siempre

13.08.2011 17:18, Alain from bxlles E-mail :
Monsieur Ciramunda; soyez serieux! Qui fait ici des menaces? Vous ou monsieur Gahutu? Qui menace le burundi avec une nvlle guerre? Dis moi la dernierre fois que t as pris part a un debat publique sur le Burundi avec les Barundais? Avant de prendre les "armes", as tu essaye la voi pacifique? donc les elections! Donc arretez de dir qu Gahutu te menace; vous pouvez dir que vs n etes pas d acord avec lui. c, est parce qu il itulise le mot "si non" que vs vs sentez menace. Monsieur c est vous le criminel qui menacez le Burundi.

12.08.2011 06:33, Nzambimana from Burundi E-mail :
Courage dans la lutte que vous avez engagé le Burundi a besoin des leaders.

12.08.2011 06:28, NTIKIRABONIMPORE from hollande E-mail Homepage :
pourquoi zuma ne veux pas écouter l'opposition.il me semble qu'il ya anguille sous roche .nos dirigeants ne font que mentir.hier ils ont masacré les tutsi.aujourd'hui les hutus s'entretuent sauvagement.je dirai plutot que c'est la mauvaise gouvernance de nos dirigeants.les coups d'états restent à désirer dans nos pays africains.bonne chance et à bon entendeur salut.

12.08.2011 03:46, BUJUMBURA News from Burundi E-mail Homepage :
Alerte aux msg de menaces !!!

Les menaces sur internet sont punissable par la loi. Plusieurs logiciels peuvent facilement tracer les e-mails, les msg, ... que vous envoyez.

Prenons l'exemple de notre dernier msg, celui de 'GAHUTU du Burundi' qui est en réalité en Hollande. Voici son traçage et ici nous nous réservons, pour l'instant, de publier son vrai nom. Il suffit de les transmettre a la station de police proche de sa rue situe a Kostrijweg.

IP address [?]: 195.241.218.10
IP country code: NL
IP address country: Netherlands
IP address state: Gelderland
IP address city: Kootwijkerbroek
IP address latitude: 52.1500
IP address longitude: 5.6667
ISP of this IP [?]: Green ISP B.V.
Organization: Telfort Internet
Host of this IP: [?]: 195-241-218-10.ip.telfort.nl[W hois] [Trace]
Local time in Netherlands: 2011-08-12 05:05

Réfléchissez a chaque fois avant de faire une bêtise. Le web n'est pas un jeu. Il y a des experts et des amateurs ...

11.08.2011 20:23, Gahutu from Burundi E-mail :
Monsieur Ciramunda est une marionnette du pouvoir CNDD. J'ai des preuves a l'appui. Je sais que tu vas pas publier mon msg. Mais sache une chose. Arretez cette plaisanterie, si non....

10.08.2011 02:54, mutabila camp from burundi E-mail :
ni muryane tuzotunga abasigaye

05.08.2011 11:19, NSABIMBONA from Burundi E-mail :
Le Burundi nous appartient tous, chercher plutôt à rassurer les Burundais en nous fournissant une information équilibrée au lieu de ne publier seulement que des productions des gens dont vous connaissez leur engouement du pouvoir

Page: < 1, 2, 3, 4, 5, 6, 7 >
Entries: 123
Get free forums, guestbooks, calendars, shorturls and web statistics at motigo.
Site Information