sign up! webstats forums guestbooks calendars

Livre d'or de BUJUMBURA News

Write message
Name *: E-mail *:
Homepage: Location *:
Message *:
BB-Code:
 
  All fields with a "*" must be filled out!
Page: < 1, 2, 3, 4, 5, 6, 7 >
Entries: 123
30.11.2011 10:52, Nyanzira juma from BURUNDI :
ntawutabizi ko kwica ari bibi ndatangaje no kubona twicana turyana kandi turi abavandimwe twese mumenyeko hazogera igihe twicuza inryane nakare bakera barayamaze bati urya incuti ukinovora intntu abemera bibiriya basome kuvayo 20:13 havuga (NTUKICE) kandi igitangaje nuko bamwe babikora bakibagira ko batazokwamaho erega ntabwo muri abazamu biy'isi kandi ikibabaje nuko bica bagasenga ico nzi ntawubaho adahamagara imana ariko imana ivuga iti: soma kuvayo 20:7 havuga (NTUGAPFE KUVUGA IZINA RYANJE JEWE UHORAHO IMANA YAWE,KU VY'UBUSABUSA KUK'UWORIVUGA KU VY'UBUSABUSA JEWE UHORAHO NTOBURA KUBIMUHORA)

30.11.2011 07:42, Ngaruko Yussuf Aliy from Burundi :
Banyakubahwa mwese murongoye igihugu cacu ndabasavye mwikubite agashi murabe ivyiza bigira bikoreke mugihugu cacu muhindure imigambi mibi mufite hagati yabarundi namakungu mwemere muje kumeza yibiganiro nabagenzi banyu erega na barundi nkamwe kandi ntaho muzobashira umuti sukubagumiza hanze nuko mwobahamagara mukayaga ibihanze uburundi kuko ngo murara kubiri mukarota kubiri kandi ngo urarana inzara ukavyukana inzigo;Rero ndabasavye ndabinginga ntawuzobagaya ngo mwananiwe na politike kuko muzoba muriko murubaka igihugu canyu kandi ngo umuti uri mukuyaga bemerere aho babajana hose mugende muyage kuko murabavyeyi nabo nabana kandi ngo akataretse kaba gasema mutisemye mwebwe bo muri gouvernement hazokwisema abo bafashe inzira mbi ndangije ndabasaba ko mwohindura imigabo nimigambi mibi mufitiye uburundi nabarundi mukaraba ko uburundi butoca bwogorora bugashikira aho ibindi bihugu bigeze mu nzira ya majambere.IMANA IHEZAGIRE UBURUNDI NABARUNDI

29.11.2011 09:55, Fidèle from burundi :
IMANA ntishobora kwemera ko uburundi bugenda akagirire IMANA niyo itanga ubutegetsi ikongera ikabumwaka ikabuha uwo ishaka. Nimurindire gatoya IMANA igira yerekana ukwera kwayo .

29.11.2011 09:18, Dusenge from Burundi :
Mana hezagira Uburundi bwacu guko ntagisigaye atari imbabazi zawe.Tugeze aho umwansi ashaka

29.11.2011 08:30, nyanzira juma from burundi :
jewe ico mbona co kwubaka iki gihugu s'imigambwe myinshi ngo ije mu nama nshinga mateka non gusa abarundi biyumvire ko hageze yuko twovuga kumwe twese naho turara kubiri raba murwanda ingene hameze ingene habereye ijisho nohanura abacafise ivyiyumviro vyokwicana canke nabariko barabigira bamenye ko uwuriko arabibahanura ari umwansi wabo kuko bati uwushaka gutema ugwiwe bamutiza umuhoro nibarabe rero ni duhave twikora munda kandi twitwa ko twarize abandi biyita ko bakunda uburundi vraiment birateye ikigongwe kubona twicana bamwe duhorana ubusa nka kayini na aberi nabafise umutime wo kwihora nibiture imana kuko uwihoye ntaba yubase aba ariko arisamburirako nk'impene nakare imana ishingira intahe ko izogirira imbabazi ku bazotanga imbabazi na bible ira bishingira intahe kubayemera soma matayo 5:7-8, nabashaka kuduteranya twisamburireko nk'impene vyiza boduhanuye ntidufate inzira yo kw'ihorana ninko kubanguranya nanivyo imana idutuma gukora kubemera bose bibiriya ni basome matayo 5:9 ahiwanje notekerera ivyo abarundi nimana ikunda abakeburana ndasavye imbabazi nimba noba navuze nabi canke gushavuza umuntu kuri izo mpanuro muzoba mukoze nimwazishira mumitima yanyu.

28.11.2011 17:24, Hakizimana Janvier from BURUNDI E-mail :
Jewe ntakimbabaje nko kwama turirimba IMANA mugabo tukgakererana:Erega Imana izohava ishavura duhanwe nko mugihe ca NOWA ubutegetsi nabwo bibuke ko buzohava bukabazwa ivyo bwakoze kuko ntanahamwe ntacijana cfr PINOCHE?KADAFI wewe yarakunda igihugu ntiyaciba nk'abarundi None ko abahutu bavuga ngo baranizwe ubu naho baje he ko benewabo aribo babanize? Ariko aba CNDD bamenye ko impera n'imperuka bazobazwa ivyo bakorey'abarundi BABATOYE .Njanye na MICOMBERO atari yaratowe.

24.11.2011 15:03, nduwimana yves from BUBUNDI E-mail :
KOMERA KU MUHETO "NKURUNZIZA PETER" nagira mpanure abakuru b'imigambwe itavuga rumwe n'iyiri ku butegetsi SINDUHIJE;RWASA;PANCRACE CIMPAYE;....... nimutahuke twubake igihugu cacu ,murazi kwitwa impunzi mufite igihugu canyu,?

23.11.2011 23:44, Ndorere from Burundi :
Barundi mugabe. Abazoza bigira abagenzi banyu bafise izindi nyungu barondera ntibazobura.Mbega uwo Rabbi David Kuperman asumvya Abarundi kumenya u Burundi? Mbega abo ba jews b'Abarundi badutse he nabo ko mu Burundi tuzi ko hari Abahutu,Abatutsi n'Abatwa?
Niko mu Burundi ntihabuze ubwi canyi,ariko kandi abapfa si ubwoko bumwe gusa. Dukeneye abigisha ubumwe ntidushaka abaduhamagarira kuryana. In my opinion, his/her article is worse than what s/he quoted.

22.11.2011 22:59, ndorere from burundi :
Icishe uburundi ni ico. Umwe wese yivugira ico yishakira. Dukeneye kumenya ukuri kwonyene.Les media doivent etre neutre et le gouvernement doit assurer la securite de tout le monde. Biratangaje kwumva ngo"Radio RPA bariko barazibagiza[] yabakuye mu kabarerwa ikabavana mw'ishamba ikabashira mu gisagara ikabaha ibanga rikabananira kugumya none rigira ribamene? Barabaza Président Ndayizeye abacire agace igihe yaragiye kumena RPA ayo yabonye ntiyamaze kabiri burya akataretse kaba gasema"(Sokosi Libérat). Nimba ari uko bigeze muri ico gihugu, ubutegetsi butangwa n'amaradio, Abarundi turacagowe. Ni muze tuve ibuzimu dusubire ubuntu. Ntawuzokwambika umutamana Abarundi atari twebwe nyene tuwiyambitse. Abicanyi, abakokeza ubicanyi, ababeshi, ibisuma n'izindi nkozi z'ibibi zose zihanwe.

17.11.2011 06:26, Sokosi Libérat from Burundi E-mail :
You are very excellent. Go ahead

Mwavuga ariko ni uko mubwira ibitumva kandi burya abarundi bari barayamaze ngo:"Inyanka kubarirwa ibwirwa nuko amaso atukuye". Je ne veux être juge non plus mais je souhaite que la vérité soit dite quoique toute vérité n'est pas bonne à dire. Il faut que la vérité sur le carnage de Gatumba soit mise à nue afin que tout murundi sache réellement le personne et le genre de ceux qui le gouvernent. Harya umuntu ariba mugabo iminsi yiwe iraharuye ni 40 ntirenga aca afatwa. Ahandi naho urica ugahereza kwiyahura reka rero turabe tubeho gusa tuzosanga nabo bicanyi biyahuye kuko bazobura abo bica. Mwarabonye umuntu yaduka agacira ku buhomva abanyagihugu bamutoye ga ntuze ntaho vyakabonetse atari dans un Etat voyou comme le Burundi.
Le ridicule ne tue pas comme en Kirundi bavuga ko umupfu atinukira, aka kanya bamaze kwibagira ko la Radio RPA bariko barazibagiza ariyo yabakuye mu kabarerwa ikabavana mw'ishamba ikabashira mu gisagara ikabaha ibanga rikabananira kugumya none rigira ribamene? Barabaza Président Ndayizeye abacire agace igihe yaragiye kumena RPA ayo yabonye ntiyamaze kabiri burya akataretse kaba gasema.Bame bazi kandi ko "UMUBESHI WA CANE ARI UWO RITARENGA ATIBESHEYE" kandi bamenye na cane cane ko :"Il y a un moment pour tout, un temps pour quelque chose sous le ciel; un temps pour enfanter et un temps pour mourir; un temps pour planter et un temps pour arracher le plant; un temps pour tuer et un temps pour guérir; un temps pour démolir et un temps pour bâtir; un temps pour pleurer et un temps pour rire; un temps pour se lamenter et un temps pour danser; un temps pour jeter des pierres et un temps pour ramasser des pierres; un temps pour étreindre et un temps pour s'éloigner de l'étreinte; un temps pour chercher et un temps pour perdre; un temps pour garder et un temps pour jeter; un temps pour déchirer et un temps pour recoudre; un temps pour se taire et un temps pour parler; un temps pour aimer et un temps pour haïr; un temps de guerre et un temps de paix" (Ecclésiaste 3, 1-8)

A bon entendeur salut?[center][center][/center]

14.11.2011 08:47, KUMANA from BURUNDI E-mail :
J,APPRECIE BCP VOS IDEES NEUTRES DANS LA DIFFUSION DES MESSAGES DESTINES A LA POPULATION.....MERCI BCP....DUSENGE IMANA RUGIRA VYOSE IDUHE UBUTEGETSI BWIZA BUKUNDA ABANYAGIHUGU.....

08.11.2011 15:33, Ngaruko Ali Isufu from Burundi :
Nyakubahwa petero Nkurunziza komera kumuheto kurugamba urimwo gwo kubogoza injavyi ariko ntugakure abatagira icaha kibagira. hera kurabo nyene bafise ivyaha bibagira ushire hanze hanyuma ukorane nabatagira ivyaha bibagira hanyuma urabe ko igihugu kitazo kwogorora nayo ataruko uzohava usanga uriko uravomera mu kimenetse inyuma yo gutwarura ukazohava usanga uriko urabazwa na makungu kumabi wakoreye abarundi nabarundi kazi. Ngo murabikora mukabikora nanje ngahora mukiyumvira ko mpwanye namwe ariko ivyo vyose nzobishira imbere yamaso yanyu uko bikurikirana vyose

05.11.2011 09:25, samson B IZINDAVY from BURUNDI E-mail :
mbega aho muba mwandika ibintu vyo gusambura gusa mwarabuze ayandi makuru meza yivyakozwe aha mugihugu mwoza murandika ko mbona hari ama Projets meshi yoguteza imbere abanyagihugu ariko mwebwe mugwana mwandika ivyo gucanishamwo abarundi kandi namwe murabarundi,mbega birabaryohera muhaye mutyoza intwaro kandi ariyo mwitoreye? jewe ndiyumvira ko ata miryango mwoba mutungiye muriki gihugu murwana mutyoza abagitwara kandi namwe muba muriko murityoza imbere yamakungu.nkabasaba ko mwese mwoza tukubaka uburundi bwatwibarutse kuko nubwacu twese kandi ntabandi bazobwubaka atari twebwe.abo babutwaranabi mwoza twese tukabiyamiriza turaha mugihugu atarukwimararamaza muamakungu.kuko aba mwita abasuma mugwana musa ko atamfashanyo yoza mugihugu nukugomba kubohera amaboko imugongo abarundi isinzi bakenye bagomba ko boronka ico bafungura kivuye kubagira neza badufasha.

04.11.2011 07:24, Ngoga from Burundi E-mail :
Abipfuza intambara ni baze nta magi aba dd dufise ahava ameneka. Uwuzorukarisha ruzomumwa, si ubwa mbere tugwana n'i Kongo twarwana n'ibihugu nkaswe iyo mihimbiri!

03.11.2011 18:28, Claryshan from Belgique :
Bonjour à tous,
Permettez moi de répondre au message posté sur ce site le 26.09.2011 21:07, par Mr G.Michael de BURUNDI, Monsieur, vous me faites vraiment de la peine pour les Burundais qui vivent au Burundi et qui espèrent encore rentrer au pays. Mr G. Michael, Je suis ni Hutu ni Tutsi mais à vous lire, vous possédez une haine en vous à couper le souffle. Ca saute aux yeux que tu es un hutu qui a soif de vegeance mais seulement voilà, c'est malheureusement les gens dans votre genre qui gouverne le peuple burundais aujourd'hui.
Le gouvernement Tusti ont tué c'est certain mais ils ne tuaient pas autant de peuples innocents comme le font gouvernement de ton président bien aimé de plus ils tuent le plus de peuples hutus qui ne possèdent déjà pas grand chose dans leur vie de misère.
Alors mon vieux, peux importe les études que tu as fais, tu as acquis un minimum d'intelligence pour observer ce qui se passe autour de toi.
Exemple: As tu manqué de l'essence quand un tusti était au pouvoir? as tu manqué autant d'éléctricité? as tu observé la pénurie de sucre? les denrés alimentaires qui montaient comme une flèche? des passeports coûtent aussi cher?, as tu observé autant de malvérsations? comme le ministres et autres qui deviennent aussi vite riche que tes gignols du gouvernement? observe bien ce qui t'entoures et tu comprendras que le gouvernement n'a rien à cirer avec les gens comme toi à moins que tu en fasses déjà partie????
La seule faute du peuple Burundais est qu'ils aient eu un malheur de croire, donc de voter pour des assassins... Et ça continuera tant que le peuple laissera faire... Il suffit qu'il ait une personne courageuse, patriotique, qui lance une révolte, nous le suivrons...
A l'avenir faisons nous la promesse de ne plus voter que pour un président aux mains propres!!!! (pas couverts de sang)

01.11.2011 14:42, john from Burundi E-mail :
Iyi site irateranya, ikagwiza ibihuha.Ivyo ivuga vyose sivyo, ahubwo yarikwiye kugarwa.

28.10.2011 07:10, NIYUNGEKO GEORGES from burundi E-mail :
C,EST DROLE QUAND ON VOIT DES BURUNDAIS TRES EXTREMISTES!ENTRE HUTU ET TUTSI QUI A GAGNE !VOUS AVEZ TOUS PERDU PRESQUE SUR TOUS POINTS(economie politique diplomotie social culturel) ET VOUS HUTU PENSEZ VOUS QUE TUTSI SONT MENECES? POURQUOI VOUS TUEZ LES FNL?N Y A T IL PAS UNE CERTAINE MALEDICTION?APPRENEZ A RESPECTER TOUTE PERSONNE ET NOUS ALLONS VIVRE DANS PAIX ET LE DEVELOPPEMENT INTEGRAL VA SUIVRE.PETIT CONSEIL AUX LECTEURS DE CE SITE(que l histoire de notre pays et celle du rwanda nous apprenne vraiment la réalité des choses !cessons les pretextes tutsi hutu regionalisme !nos politiciens d hier et aujour hui sont ventriotes et ignorants!lSEMONS LE PATRIOTISME!SAINT MICHAEL PROTEGE les barundi contre l esprit satanique

28.10.2011 06:44, NIYUNGEKO GEORGES from burundi E-mail :
Vraiment nous sommes très satisfait pour votre contribution afin les burundais soient formés et informés de la situation quotidienne de notre chère patrie.Courage Dieu Seul saura comment vous remercier.Mais soyez plus professionnel et objectif !

26.10.2011 15:32, ngaruko jef from burundi E-mail :
ndabakeje kumakuru mutumenyesha.komeza mushire amanga mukudutohoreza amakuru yigihugu cacu mudatinya;kuko abarundi barayamaze ngo uwutosora ifuku yamiza agati mu jisho. Imana Ibahezagire

19.10.2011 10:39, HABINEZA from BURUNDI E-mail Homepage :
Umukuru w ' igihugu cu Burundi aragaba ? Afise Leta y' ibisuma gusa . Imana ntizokwemera ko i Gihugu cacu kigenda akagirire ? Ko Leta y 'i Burundi yigira ngo yatowe nabanyaguhugu . Iguma yica abo badasangiye ivyiyumviro ? Ntibizijana . Ishamba nabo barariciyemwo . Mbega Leta yibaza ko iki rebele kitabashaye ? Kiraho mu gisagara ca Bujumbura sikure ? Tumaze kugera henshi mu gihugu.

Page: < 1, 2, 3, 4, 5, 6, 7 >
Entries: 123
Get free forums, guestbooks, calendars, shorturls and web statistics at motigo.
Site Information